Isite y'Imiyabaga

Amafoto y'iwacu

Home
Turi bande?
Tube turayaga
Izindi websites
Mutwandikire
Amafoto y'iwacu
Abahoze badutwara(Icongereza)
Amakuru
Ivyiyumviro

Amafoto y'iwacu

28090346.dscn1805.jpg

Aba bana bariko baridagadura kunkengera z'ikiyaga Tanganyika.

0783v01.gif

Iyi niya Hotel rurangiranwa yo muburundi: Hotel Novotel
None mwebwe mugifise amaso agikanura, ntimwoshora kubwira abafise ayahumye, kugira ngo nabo baryoherwe.
Wohava wibaza ati: mbega ngaha ni hamwe haca icorezo c'intamba tumaze mw'imyaka hafi 13, hagisayangana nka Diamond? Ego koko!

image006.gif

Nijewe hampande y'imodoka ya mugenzi wanje. Ntakuntu ntarinagerageje ngo ifoto iboneke neza, ariko vyaranse. Ariko ntakundi, ndazi aho nzoyigira neza, ikabona. Ati; ni hehe? Burundi

excordac1.jpg

Nkuko mubuzi, Bujumbura niwo murwa mukuru w'uburundi nico gituma bitodutangaza rero tugiye turabona ahantu hasa nino.

If anyone else in my family has a web site, I might include a link to it here.

Imiyabaga, twese hamwe, dukwiriye kuva hasi tukarondera amahoro y'igihugu cacu, nakare nitwebwe Burundi bwejo.

Copyright © 2005- Samuel Girukwishaka