Isite y'Imiyabaga
Home | Turi bande? | Tube turayaga | Izindi websites | Mutwandikire | Amafoto y'iwacu | Abahoze badutwara(Icongereza) | Amakuru | Ivyiyumviro

Murakaza neza murisanze

Murakaza muri benshi kuri site y'iwacu. Iyi site rero, itanga ivyiyumviro canke impanuro ku miyabaga yo muturere twibiyaga bigari, eka ndetse naboba bari hanze y'igihugu

Twararevye, dusanga ko vyoba ari vyiza kurondera akantu kanyaruka cane, abandi bashobora kubona utuntu n'utundi kuvyerekeranye n'uburundi, ubona ko hari n'ababwibagiye ko bubaho, dusanga ko dukoresheje ubuhinga bwa none aribwo Ordinateur, vyoba vyiza cane.

 

buja.jpg

Ico twokora

Tuvire hasi rimwe twese, tubogore agahugu keza kacu kataratembagara. 

.

Imiyabaga, twese hamwe, dukwiriye kuva hasi tukarondera amahoro y'igihugu cacu, nakare nitwebwe Burundi bwejo.

Copyright © 2005- Samuel Girukwishaka